Øvre Stranggate 14, 3018 Drammen.
Tariki: 7 na 8 ukwezi kwa 7 2023 Saha: 10:00 - kl.18:30
Ubuyobozi bw'UBUMWE FAMILY mu rwego rw'igihugu turaritse abanyamuryango mwese munama n'inyigisho bizaba itarehe 7 na 8 ukwezi kwa karindwi kuri aderesi hejuru
Ni byiza gutangira kugura amatike nogushaka aho gucumbika hakiri kare.
Turi kwibutsa komite y'aba mamans gutangira kututegurira uburyo bw'amafunguro nokwakira abashitsi.
Ni karibu mwese.
Murakoze.
ORG.NR. 923 299 890